@danielmugisha11: #Saudia_Burundi Umurundikazi #DUSABIMANA_Emelyne yashurashujwe junguvu arataba

Daniel Mugisha
Daniel Mugisha
Open In TikTok:
Region: FI
Saturday 31 October 2026 18:19:01 GMT
10646
791
124
77

Music

Download

Comments

user119293409267
Jacky :
Yooo mana yanje numunya bubanza wiwacu Imana imutabare nukuri
2026-10-31 20:36:20
4
hhhhhhhj797
ARAKIZA ARLENE :
Nihatar mpole kl
2026-11-01 10:34:53
2
user8187679290223
ariella :
yooo mukama ndarizenukuri imanimurengere
2026-11-01 12:50:31
0
joselyne763
Joselyne🇸🇦🇧🇮🇦🇪🌹 :
imana imutabarekwer nihatari😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
2026-11-01 12:05:50
1
user2528348246328
Nina :
mpole kwel numvaringorane
2026-11-01 16:20:05
1
user132858335374
user132858335374 edite :
mana yanje ariko ka man yoooo noe ababantu baza kutumara nukur 😭😭
2026-10-31 19:19:36
2
leilla1679
leilla 💞one :
imana niyo kuza iraturengera😭😭😭😭
2026-10-31 20:04:14
1
hagenimanajanine
Hagenimanajanine :
atumye ndira ntaraheza ikiganza😭😭😭 Mugisha Daniel Imana imuzigame cane imushire kure yabansi
2026-11-01 13:02:25
1
ntirampebapelouss
chance🇸🇦🇧🇮 :
Imana idutabare nukuri
2026-11-01 09:28:44
2
clementine12356
clementine123 :
yooo.manawe..imana.imutabare.kweri.iyi.saudiya.irimwibibazo.kweri.imana.idutabare
2026-11-02 15:21:40
1
user21618883170624
user2161888317062 nihorimbere :
Birababaje cn gose Imana imurengere
2026-11-01 16:08:11
1
burundimonpays3
Burundi mon pays :
numva agahinda mumutima wanje
2026-11-01 12:32:05
1
aline.niyonkuru35
ALINE NIYONKURU :
nukuri tabaziza uwomuntu nukuri birsbabaje cane
2026-10-31 18:41:25
1
jexa104
🔱🇷🇼JɆӾ₳ ɆӾ₵ⱠɄ₴łVɆ 💎🇧🇮🔱 :
imana ikoroherez gk ur mubih bitorosh
2026-10-31 18:48:05
1
user17086115281616
odette nyishu :
ndagufashe urikuvuga nabi mugisha ww nuhor ntuzi icondaniyeri wacu atumariy hor
2026-11-01 13:38:03
1
chadia.niragira
Chadia Niragira :
ah mbamvuz Arik ntacomvuz
2026-11-01 16:11:24
1
elose800
🙏🏻🙏🏻🥀Eloïse 💞💞💃🏻💃🏻 :
yooooo mana 🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️😭 niyihangane cyane
2026-11-01 09:25:27
1
nadege.irakoze.ce
Nadege Irakoze Cecil :
yooo manaweee tabara nukur
2026-11-01 07:55:10
1
nashirimananadine
Nashirimana Nadine1990 :
Imana imuharire ntazo iconakora NGO mwahendanye
2026-11-02 07:08:38
0
nina.neema4
Nina neema :
ndarize nukur mana Tabar agusavy ubumaray torintambi umwerek yooooh Tabar ndarize
2026-11-02 09:28:47
0
soleille.irakozea
Soleille Irakozeaysa :
nisanze nariz nuku 😭😭😭😭😭😭
2026-11-03 07:54:26
0
ntibarikure.jenvi
Ntibarikure Jenvier :
yooo mana yanje wihangane
2026-11-03 08:01:52
0
user9756181346927
sky view 💎💎 :
mugisha hzagigxa
2026-11-03 04:03:03
0
user8117175141633
dushime emelyne :
yoo birababaje nukuri iman idutabare nukuri😢😢😢
2026-11-05 09:27:23
0
anithandayishimiye
Deborah Lov🇧🇮Ani⛪️🧎‍♀️ :
Mana tabara nukur ntivyoroshe nukur
2026-10-31 18:49:46
1
To see more videos from user @danielmugisha11, please go to the Tikwm homepage.

Other Videos


About